RSC Africa Logo
CWS Logo
 
My Case 
RSC Africa | US Refugee Admissions Program
 
Iyugurura Ry�uwusaba
K ’umusavyi  wa USRAP,

Iyi ni site �My Case� ya RSC Africa izogufasha kurondera amakuru ajanye na dosiye y�iyimuka rwawe muri Reta zunze ubumwe z�Amerika. Koresha urutonde rw�iyugurura ruri ibubamfu mu gushikira no mukwakira amakuru agezweho ya dosiye yawe.

Wategerezwa kuba warahawe urupfunguruzo n�umukozi wa RSC Afrika yagukoresheje interiviyu ya mbere. Nimba waribagiwe urupfunguruza canke ukaba wipfuza guhindura urwo wurusanzwe ukoresha, fyonda kumuhora wanditse ko ngo �SABA GUHINDURIRWA URUPFUNGURUZO� ibubamfu hanyuma uce ukwirikiza amabwirizwa.

Ukaba ufise ibindi bibazo bijanye na dosiye yawe , bijanye na RSC Africa canke bijanye na USRAP, urashobora kutwandikira kuri case@CWSAfrica.org. RSC Africa izogerageza kuguha inyishu mukiringo kiterenze iminsi itanu y�akazi.

Umugambi wa Leta Zunze Ubumwe z’Amerika wo kujana impunzi kuba muri Amerika ukorwa ku buntu. Hagize uwugusaba amafaranga canke wiketse igiturire, bitumenyeshe kuri Fraud@CWSAfrica.org


Login
Aha hepfo andika inomero za dosiye yawe hamwe n�urupfunguruzo kugirango umenye aho dosiye yawe igeze.
Username not entered
Inomero za dosiye :
 
Password not entered
Urupfunguruzo: 
 
 
Remember me next time
    
 
Ntiwibuka mot de passe yawe?
RSC Africa is operated by CWS as part of a cooperative agreement with the United States Department of State. This website was funded by the United States Department of State under the authority of the Migration and Assistance Act of 1962, as amended. The opinions, findings, and conclusions stated herein are those of the author and do not necessarily reflect those of the United States Department of State.